Fondation Ngoga Patrick Site

Film « UMUKENYEZI W’INTWARI » Coming soon: 0

Film « UMUKENYEZI W’INTWARI » Coming soon:

https://youtu.be/3e5teMllGDo Film « Umukenyezi w’Intwari » ni film yakinywe n’abarundi n’abarundikazi bagendana ubumuga bw’umubiri(Handicap physique) aho iciyumviro nyamukuru ari ukwerekana ko umukenyezi agendana ubumuga ashoboye nawe nyene kurangura imigambi y’ukwiteza imbere akaba intwari nk’abandi bakenyezi batagendana...

Des prothèses « made in Burundi » 0

Des prothèses « made in Burundi »

Il est très surprenant de voir que le petit pays d’Afrique de l’Est qu’est le Burundi possède un « Centre International Orthopédique » qui fabrique des prothèses et orthèses « Made in Burundi ». Ce génie émane de...

Uwugendana ubumuga akeneye ivyuma bisubirira amaguru canke amaboko yiture Fondation Ngoga Patrick 0

Uwugendana ubumuga akeneye ivyuma bisubirira amaguru canke amaboko yiture Fondation Ngoga Patrick

Nta handi uzoronka ivyo vyuma vya karuhariwe vyahora bikoregwa ibulayi na China ariko ubu bikaba bitagikewe ko wurira indege ugiye kubigura hanze ariko wituye Fondation Ngoga Patrick barabikuronsa. Fyonda ngaho uvyirabire: https://ne-np.facebook.com/tvmashariki/videos/fondation-patrick-ngoga-ni-ikigo-gifasha-abagendana-ubumuga-mu-kubaronsa-ibikore/1027981184415085/?so=permalink&rv=related_videos

Fondation Ngoga Patrick igabiye ikinga Yvone 0

Fondation Ngoga Patrick igabiye ikinga Yvone

Fondation Ngoga Patrick ryitaho abagendana ubumuga baba ababuvukanye canke ababugize kubera amasanganyi yo mw’ibarabara. Iyo fondation isanzwe ifise ikigo c’ubuhinga, « Centre International Orthopedique » gisanzwe gikora ibikoresho karuhariwe (Orthèses, prothèses,…) ku ba mugaye bacitse amaguru...

0

Visite de KAMIKAZI Sandrine a la FNP

KAMIKAZI Sandrine, la chanteuse Burundaise des gospels vivant en Amerique a visité la Fondation NGOGA Patrick au mois de Janvier 2022 et se dit très satisfaite des activités de cette dernière. Elle soutient l’idée...