Uwugendana ubumuga akeneye ivyuma bisubirira amaguru canke amaboko yiture Fondation Ngoga Patrick

Nta handi uzoronka ivyo vyuma vya karuhariwe vyahora bikoregwa ibulayi na China ariko ubu bikaba bitagikewe ko wurira indege ugiye kubigura hanze ariko wituye Fondation Ngoga Patrick barabikuronsa.

Fyonda ngaho uvyirabire:

https://ne-np.facebook.com/tvmashariki/videos/fondation-patrick-ngoga-ni-ikigo-gifasha-abagendana-ubumuga-mu-kubaronsa-ibikore/1027981184415085/?so=permalink&rv=related_videos

You may also like...

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *