IRERESI “UMUKENYEZI W’INTWARI” YAGIYE AHABONA
Iyo reresi yakinywe n’abanywanyi n’incuti za Fondation Ngoga Patrick bagendana ubumuga bw’umubiri ikaba yitwa ” UMUKENYEZI W’INTWARI”. Iyo reresi ikaba ifise intumbero yo kwerekana ko abakenyezi bagendana ubumuga bashoboye kwitunganiriza imigambi y’ukwiteza imbere, bagashika...
